Actualité

  • Vendredi, October 26, 2018 - 10:25

    C’était en date du 21/7/2018 dans la paroisse Rutana qu’on eu lieu les cérémonies d’ordination sacerdotale dans le Diocèse de Rutana. Un jour pas comme les autres, un moment de joie intense et d’action de grâce pour tous les bienfaits dont le Seigneur ne cesse  de nous combler à travers  le don du sacerdoce. La Messe d’ordination était présidée comme d’ordinaire par son excellence Mgr Bonaventure NAHIMANA, évêque du Diocèse de Rutana entouré par tout le...

  • Vendredi, October 26, 2018 - 10:12

    Iryo hwaniro ry’urwaruka ryatanguye ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 24/7/2018, ritangurwa n’Inkuka ya Misa, yaherejwe na nyakubahwa patiri mukuru wa paruwase ya Mpinga, aho yipfurije ikaze abaje mur’iryo hwaniro bose. Iryo hwaniro ryarangiye ku munsi wa gatanu igenekerezo rya 27/7/2018, rirangizwa n’Inkuka ya Misa yaherejwe na nyakubahwa icegera c’Umwungere wa Diyoseze ya Rutana Musenyeri Leonidas NTAKARUTIMANA.

    ...
  • Vendredi, October 26, 2018 - 09:53

    Imisa yo gushikiriza abasaserdoti bashasha ba paruwase Gakome, yabaye kur’uyu w’Imana, igenekerezo rya 16/9/2018. Iyo misa yaherejwe n’umwungere wa Diyoseze ya Rutana. Abasaserdoti bashikirijwe iyo paruwase akaba ari Patiri Liberato NIYONGENDAKO, patiri mukuru, na patiri Benedicto KABURA icegera ca patiri mukuru. Abasezerwa ni patiri Melance KAYOYA yahora arongoye iyo paruwase na patiri Joseph BIZINDAVYI yahora ari icegera ca patiri mukuru....

  • Dimanche, September 23, 2018 - 11:03

    Inama y'Abepiskopi Gatolika  yarasavye ko Tereza w'Umwana Yezu yogendera Ekleziya y'Uburundi. None guhera igenekerezo rya 8 gushika ku rya 12 z'ukwezi kw'umunani niho yari aramutse agendera Diyosezi yacu. Tereza yakiririwe icese ku kirimba ca Diyosezi mw'isengero nkuru ya Diyosezi Paruwase Katedrale ya Rutana.

    None Tereza yazaniye iki Ekleziya y'Uburundi muri rusangi kandi yazaniye iki Umuryango w'abakristu ba Diyosezi ya...

  • Dimanche, September 23, 2018 - 10:39

    La date du 16 Juillet de chaque année nous célébrons dans l'Eglise la mémoire de Notre Dame du Mont Carmel. Cette année dans la paroisse de Musongati était une grande joie. D'abord comme d'habitude il y a eu une neuvaine préparatoire au cours de laquelle nous avons eu l'occasion de  méditer sur les dimensions de la mariologie en profondeur en partant de la place qu'occupe la Vierge Marie dans la famille du Carmel. Le jour de la...

  • Dimanche, September 23, 2018 - 10:27

    Le 9/9/2018 fut une date inoubliable pour la paroisse Jésus Miséricordieux de Kabingo. Il y avait un événement triple :

    • D’abord, les félicitations aux deux nouveaux consacrés natifs de la paroisse qui avaient émis leurs premiers vœux quelques jours avant. Il s’agissait de frère Etienne NIBIGIRA de la congrégation des Apôtres du Bon Pasteur et de la Reine du Cénacle et de sœur Basilice KWIZERA de la...
  • Dimanche, September 23, 2018 - 10:17

    C’était en date du 21/7/2018 dans la paroisse Rutana qu’on eu lieu les cérémonies d’ordination sacerdotale dans le Diocèse de Rutana. Un jour pas comme les autres, un moment de joie intense et d’action de grâce pour tous les bienfaits dont le Seigneur ne cesse  de nous combler à travers  le don du sacerdoce. La Messe d’ordination était présidée comme d’ordinaire par son excellence Mgr Bonaventure NAHIMANA, évêque du Diocèse de...

  • Dimanche, September 23, 2018 - 10:04

    En date 24 au 27 juillet 2018 s’est tenu un forum des jeunes au niveau diocésain dans la paroisse de Mpinga. Toutes les paroisses étaient représentées. L’effectif des participants étaient aux environs de 4000 jeunes. Les jeunes provenant des autres paroisses étaient aux environs de 700. Ceux de Mpinga ont participé à un effectif élevé grâce à la sensibilisation des prêtres qui y exercent leur ministère. Les jeunes des Mouvements d’Action Catholique ont bien...

  • Dimanche, September 23, 2018 - 09:50

    Imisa yo gushikiriza abasaserdoti bashasha ba paruwase Gakome, yabaye kur’uyu w’Imana, igenekerezo rya 16/9/2018. Iyo misa yaherejwe n’umwungere wa Diyoseze ya Rutana. Abasaserdoti bashikirijwe iyo paruwase akaba ari Patiri Liberato NIYONGENDAKO, patiri mukuru, na patiri Benedicto KABURA icegera ca patiri mukuru. Abasezerwa ni patiri Melance KAYOYA yahora arongoye iyo paruwase na patiri Joseph BIZINDAVYI yahora ari icegera ca patiri mukuru....

Pages