Actualité

Restez au courant de nos nouvelles et événements

  • Mardi, January 18, 2022 - 11:18

    L'échange des vœux du nouvel an 2022 entre ouvriers apostoliques du Diocèse dans la nouvelle paroisse de Kayove. C'était le 15/01 en début d'après midi. Les  festivités se sont passées dans une très belle Nature sur une colline à côté d'une des failles des...

  • Lundi, November 15, 2021 - 13:29

    DIOCESE RUTANA       
    B.P. 45 RUTANA- BURUNDI
    Tél: +257 22 50 51 18

     

    TOUS ENSEMBLE
    TWESE HAMWE
    SIMUL OMNES

     

    ...
  • Lundi, November 15, 2021 - 10:31

    Intangamarara

    1. Bakristu ba Diyoseze Rutana, gihugu c’Imana nkunda, ndabaramukije ndabipfuriza umugisha n’amahoro biva ku Mana Dawe wa twese no ku Mukama wacu Yezu Kristu (Cf. Ef. 1, 2; 2 Th 1, 2).Turatanguye umwaka mushasha w’ubutumwa wa 2021-2022. Ni umwaka ugira gatatu wo mu kiringo ca gatatu c’imyaka itanu ca Diyoseze yacu ya Rutana twahariye Yezu Kristu Mukiza w’isi.

    2....

  • Lundi, November 15, 2021 - 10:17

    Ingo Mutima Mweranda, Wewe uvugisha indimi nshasha, ugashira amajambo y’ubuzima mu kanwa kacu, Dukingire kuba Ekleziya y’abarorerezi n’ingwizamurongo, aho ukwemera kutabonekera mu buzima no mu mirimo ya misi yose ngo ibone gutera imbere.

    Kaze hagati yacu kugira ngo muri iyi Nama Nsangizangendo ntidutwarwe no kwihebura, ngo dufate minenerwe ijambo ry’ubuhanuzi Mutima atwosha ; ivyo...

  • Lundi, November 15, 2021 - 10:10

    Bakristu bavukanyi,
    Nkuko twabibamenyesheje mw’ijambo ryo kwugurura umwaka w’ubutumwa, Umuvyeyi wacu Papa Francisko yarashinze yuko Inama Nsangizangendo y’Abepiskopi izohimbazwa mu ntambwe zitatu : intambwe ya mbere ibera muri diyoseze, intambwe ya kabiri ibera ku mugabane w’isi n’intambwe ya gatatu ibera muri Ekleziya ikwiye kw’isi yos

    Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 17/10/...

  • Lundi, November 15, 2021 - 10:03
    1. 02/08/2021: Désignation de l’équipe diocésaine pour le synode par le conseil presbytéral.
    2. 23/09/2021: Annonce du seizième Synode des Evêques et présentation de l’équipe diocésaine, au terme de la Session pastorale des prêtres 2021-2022.
    3. 26/09/2021: Message invitant les chrétiens à s’impliquer dans le processus synodal.
    4. 15/10/2021:
      • Réunion de...
  • Lundi, November 15, 2021 - 09:42

    Icivugo: “KUGIRA NGO HABE EKLEZIYA IRANGWA N’UKUJA INAMA NSANGIZANGENDO: ISANGIRA MUTIMA, UKUGIRA URUHARA MU MURYANGO N’UBUTUMWA.”

    I.INTANGAMARARA

    Nkuko tugize imisi tubimenyeshwa mu matangazo, ca gihe kiroranye c’uko uwabatijwe wese yogira ico ashikirije mu nama nsangizangendo cashitse. Icipfuzo ca Papa Fransisiko ni uko abungere, abasaserdoti, abihebeyimana, abakristu balayike, igihugu c’Imana cose ata n’...

  • Samedi, July 17, 2021 - 09:00

       IBISOMWA

    • Igisomwa ca mbere: Yer. 1, 4-9
    • Izab. 22(23) 1-2a, 2b-3, 4,5,6.
    • Igisomwa ca kabiri: 2 Kor. 6, 1-10
    • Inkuru Nziza: Yoh. 17, 6.14-19

    “Bagire beranda mu kuri, kuko ijambo ryawe ar’iry’ukuri” (Yoh 17,17).

    Bavukanyi Basaserdoti,
    Bavukanyi mugira...

  • Vendredi, March 1, 2019 - 16:24

    « Aimez-vous les uns les autres comme je vous ai aimés » Jn. 13, 34 Certains chrétiens du diocèse catholique de Rutana et d’autres du diocèse anglican de la place se sont retrouvés ensemble dans l’après-midi du mercredi 13 janvier 2019 à la cathédrale anglicane Saint Jean en voie de finition dans une prière œcuménique dans le cadre de la semaine dédiée à l’unité des chrétiens. Ils se sont rencontrés à mi-chemin entre les deux cathédrales avec, les uns, à la tête le curé de la paroisse...

Pages

 

Mgr Bonaventure NAHIMANA
Eveque de RUTANA 
B.P: 45 RUTANA-BURUNDI 
Tel: 00257 7947735
        25722 505118
Mail: nabimanah@yahoo.fr
        info@diocese-rutana.bi

        
 

Back to Top